Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, ‘Dushobora kumara igihe kirekire hano’ - ‘Couple’ y’Abongereza ifungiye muri Iran
Ku nshuro ya mbere, Lindsay Foreman na Craig Foreman bavuganye n’itangazamakuru kuva batawe muri yombi bari mu rugendo kuri moto.
'Ese Nashakana n'Umwicanyi?' – Inkuru idasanzwe y'urukundo yagaragaje umwicanyi
Wabigenza ute umuntu ukunda nyabyo akubwiye ko yishe umuntu? Biroroshye kwibaza ko wahita ukora igikwiye utiriwe ushidikanya, ariko iyi nkuru irabishyira mu buzima nyabwo.
'Byari bimeze nka filime'- Umugabo yagarutse mu rugo ari muzima nyuma y'uko abe bari bamaze 'kumushyingura'
Umuryango wa Godwin Baguma wari wemeje neza ko ari we wapfuye nyuma yo kumubura, ariko nyuma yo gushyingura batungurwa no kumubona ari muzima.
Tanzania: Ikambi ya Nduta yahoramwo impunzi z'Abarundi yugawe icese
Impunzi zahora muri iyi kambi muri izi ndwi ziheze zabwiye BBC ingene zakubaguwe mu bikorwa vyo kuzitahura "ku nguvu", reta ya Tanzania ivuga ko batashe ku gushaka kwabo.
'Tuzarengera ingufu zacu za nikleyeri' - Itangazo rishya rya Mojtaba Khamenei wa Iran
Muri iri tangazo, akomoza ku muhora wa Hormuz, Khamenei yavuze ngo “Twe n’abaturanyi bacu bo mu kigobe cya Perse n’icya Oman dusangiye igeno”.
Ubushakashatsi: Kuki ubu bwoko 11 bwa Cancer burimo kwiyongera mu rubyiruko?
Ubushakashatsi bukomeye bwagaragaje ko ubwoko cumi n'umwe bwa cancer buri kwiyongera mu rubyiruko mu Bwongereza, ese bwaba biterwa niki?
Sobanukirwa icyo kuva muri OPEC kwa UAE bisobanuye ku giciro cy'ibitoro ku isi
Mu gihe mu myaka ya za 1970 OPEC yagenzuraga hafi 1/2 cy'ubucuruzi bw'ibitoro kw'isi ubu ingufu zayo zagiye zigabanuka kandi kugenda kwa UAE ni ikindi kibazo kuri Saudi Arabia ikuriye uwo muryango.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igihe Attenborough yahuraga n'ingagi – inkuru y'urugendo rwe mu Rwanda n'igice cyamugize ikirangirire kuri TV
Urugendo rwa Sir David Attenborough mu Rwanda, gufungirwa muri hoteli no mu kigo cya gisirikare nyuma yo guhura n'ingagi, no gufata agace akina nazo n'ubu ku myaka 100 akirota.
Ibirambuye ku nkuru y'uyu mugabo wajyanye umurambo wa mushiki we kuri Banki…Ubutegetsi bwavuze iki?
Uwo mushiki we Kalra Munda wapfuye ku myaka 56 mu ntangiriro z'uyu mwaka, musaza we avuga ko banki yakomeje kumusaba icyemezo ko atakiriho.
Zambia: Igihugu kivuga ko cubakiye ku bumwe bwa Afrika ariko gikomerewe n'ivangura ruhu
Abazambia babwiye BBC ko ivangura ruhu rikiri ikibazo gushika ubu, rigatuma biyumva nk'abenegihugu basuzuguritse mu gihugu cabo.
Uko byeri ishobora kongera intungamubiri n'imikorere myiza y'ubwonko - Ubushakashatsi
Sobanukirwa n'iyi vitamine iba muri byeri ikaba ari ingenzi mu buzima bwo mu mutwe. Abahanga ariko bavuga ko iyo vitamine iboneka cyane no mu yandi mafunguro.
OTAN itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?
Umubano hagati y'ibihugu bikikije inyanja ya Atalantika (Atlantic) wongeye kugorana nyuma y'uko ibihugu by'i Burayi byanze cyane kugira uruhare mu bitero biherutse kugabwa na Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Israel kuri Iran.
Filimi ku buzima bwa Michael Jackson yaciye agahigo mu kwinjiza amafaranga menshi muri sinema
Jaafar Jackson, umwishywa wa Michael Jackson, ni we umukina amwigana muri iyo filime, imaze kwinjiza miliyoni 217$ ku isi hose kuva yasohoka ku wa Gatatu ushize.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango